Adresse(Siège)

Galerie les Arcades 59,chaussée du PL Rwagasore

ROHERO I

BUJUMBURA-BURUNDI

 

 Accueil téléphonique:

Tél Fixe: De 8H00 à 17h30

(+257) 22 27 94 57

Tél Mobile: 7h30 à 21h00
(+257) 79 063 087
(+257) 77 655 648

Watsap: 79 970 827 (seulement les heures après services)

E-mail: contacservices@umwizigirwa.com

Visite au Bureau:

Sans rendez-vous:
- Lundi-Vendredi 8H-17H30

- SAMEDI:  11H-15H

Sur rendez-vous:

- Dimanche : de 15h-18h

 Pour plus d'informations, vous nous trouvez aussi sur

Facebook: Sté umwizigirwa

     

Note de service n°……/Dir/2018

Lancement des activités du Centre d’Enseignement des Métiers « CEM-UMWIZIGIRWA »

A Tous les employés,

Aux membres adhérents,

Il est informé qu’à partir du 12 mars 2018, UMWIZIGIRWA Services lance les activités du Centre d’Enseignement des Métiers« CEM-UMWIZIGIRWA ».

Le centre envisage de former des professionnels en :

-          Garde enfants ;

-          Garde malades ;

-          Art Culinaire et services de tables.

 

  • Durée du programme de formation :

Les apprenants ayant un niveau de formation entre 0 et 8ème année non réussi vont suivre les cours pendant 6 mois (335 heures). Pour ceux qui ont le niveau de la  9ème   année qui n’ont pas réussi l’école fondamentale  ou ayant le niveau de 10ème année ancien système, ils suivront la formation pendant 12mois (soit 625 heures).

  • Les coûts des formations :

            Droit d’inscription : 10000 Fbu

Les Sections Garde enfants et Section de Garde malades /suivi des personnes âgées ou dépendantes:

Pour la session de 6 mois: 72 000 Fbu

Pour la session de 12 mois : 144 000 Fbu

Section d’Art culinaire et service de table :

Pour la session de 6 mois: 72 000 Fbu

Pour la session de 12 mois : 144 000 Fbu

Les charges pour les cours pratiques sont en partie supportées par les apprenants.

Les cours seront généralement dispensés de 15h à 17h30min. Ainsi, la durée de la formation peut varier d’une session à une autre.

  • Conditions d’admission : Pour les apprenants inscrits aux programmes de 12mois :

-          Bulletin de fin de la 9ème année

-          Payement  de 1/3 des frais de formation juste au début des cours

 

++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++

Note de service n°……/Dir/2018 :

Iyugururwa ry’ibikorwa vy’ishure ryigisha imyuga « CEM-UMWIZIGIRWA »

Kubakozi b’ishirahamwe UMWIZIGIRWA Services,

Kubanywanyi bose b’ishirahamwe UMWIZIGIRWA Services,

Turamenyensheje ko guhera itarike  12 ntwarante 2018, UMWIZIGIRWA Services ritanguje ibikorwa bijanye no gutanga inyigisho mw’ishure ry’imyuga « CEM-UMWIZIGIRWA ».

Iryo shure rizosohora abahinga mubijanye no:

-          Kurera abana ;

-          Gukurikirana abarwaye hamwe n’abageze muza bukuru ;

-          Guteka no gutunganya uburiro.

 

  • Ikiringo c’ivyirwa :

1°  Ishure rizotanga inyigisho mukiringo c’amezi atandatu(6),rizokwakira urwaruka  guhera kubatize gushika kubagarukiye mu mwaka w’umunani( 0-8ème).

Hazotangwa n’inyigisho zimara amezi cumi n’abiri (12) kurwaruka rwahejeje umwaka w’icenda(9ème) batashoye gutora ikibazo ca leta canke abagarukiye mu mwaka w’icumi.

Abazokwiga amezi atandatu bazokwiza amasaha y’ivyirwa 335(335h), abazokwiga umwaka nabo bazokwiza amasaha 625(625h) kugira baronswe impapuro z’umutsindo (certificats).

  • Ibiciro vy’ivyirwa :

-Kwiyandikisha : 10000 Fbu

Igisata co Kurera abana no gufasha abarwaye n’abageze muzabukuru

Kubazokwiga amezi atandatu(6mois): 72 000 Fbu

Kubazokwiga umwaka(12 mois ): 144 000 Fbu

Igisata co Guteka no gutunganya uburiro

Kubazokwiga amezi atandatu(6mois): 72 000 Fbu

Kubazokwiga umwaka(12 mois ): 144 000 Fbu

Ibisabwa mu bikoresho vyogushira mungiro ivyirwa(cours pratiques),abanyeshure bazosabwa intererano ntoya.

Ivyirwa bizotangura isaha icenda bihere isaha cumi n’imwe na nusu. Kenshi na kenshi umunyeshure azokwiga gatatu mundwi.